BBC News, Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro
BBC News Gahuza Top Stories
'Umwuka mubi' hagati y'intumwa z'u Rwanda na DR Congo mu kanama k'umutekano ka ONU
Intumwa ya DR Congo yasabye ko u Rwanda rufatirwa ibihano, intumwa y'u Rwanda ivuga ko muri Congo hatutumba jenoside ku Batutsi b'Abanyecongo.
Ubushinwa bwaguze ubuhinga bwa Bulaya bwo guhingura imodoka ziguruka
Ino ndege AirCar ikoresha imoteri ya BMW ikanywa igitoro gisanzwe, yagurutse mu kiringo c’iminota 35 hagati y’ibibuga vy’indege bibiri vyo muri Slovakia mu 2021.
'M23 iri kwagura ubutaka ku kigero kitigeze kibaho mbere' – Menya ibindi umukuru wa MONUSCO yavuze
Umukuru wa MONUSCO avuga ko nubwo bafatanyije n'ingabo za leta babujije M23 gufata Goma cyangwa Sake, M23 yakomeje gutera intambwe mu bindi bice.
Espagne: Luis Rubiales yari arongoye ishirahamwe ry'umupira w'amaguru asabirwa gupfungwa imyaka 2.5 ku caha co gusoma umukinyi
Luis Rubiales yahoze arongoye ishirahamwe ry’umupira w’amaguru rya Espagne ashobora gupfungwa kubera icaha co gusoma umukinyi w'umwigeme batavyumvikanye, ni igihe Espagne itsindira igikombe c'isi yose.
Intambara muri DR Congo: Sake 'yabaye nk'ubutayu', ese ni ho leta yaciye umurongo?
Kuva mu gitondo kuri uyu wa gatatu imirwano yongeye kubura ku misozi ikikije Sake nyuma y'amezi hafi abiri nta ruhande rutsimbura urundi muri aka gace.
Rwanda: Ubutaka buto ku baturage benshi – Aba bagore b’i Musanze babonye igisubizo
Amatsinda y’abagore mu murenge w’icyaro wa Gataraga mu karere ka Musanze amaze kumenya kongera umusaruro w’ibiribwa bahinze ku buso buto ya.
Armel Akimana ariko aragerageza 'robot' ishobora kubagara, kuvomera no gupompa imirima
Armel Akimana yize ivyo ubuhinga muri kaminuza avuga ko iyo robot izoba ifise ubushobozi bwo gukora ijoro n'umutaga.
IS-K ni umuhari nyabaki, kuki bateye inzu y’ibiteramo i Moscou?
Igitero rutikizanganda co ku nzu y'ibiteramo Crocus City Hall si co ca mbere gikozwe n'umurwi Islamic State-Khorasan.
Video, Marguerite Barankitse - Umugiraneza wo mu Burundi yahunze igihugu ciwe akabandaniriza ibikorwa vyiwe mu buhungiroUmwanya bimara, 5,10
Marguerite Barankitse avuga ko azotahuka abana 'biwe' bashika 11,000 bari mu mabohero mu Burundi bamaze gufungurwa.
Uganda: Abakozi ba leta basabwe kujya bakora siporo buri cyumweru
Barimo gutegekwa gukora imyitozo ngororangingo amasaha abiri buri cyumweru kugira ngo bakomeze kumera neza ku mubiri kandi bagire amagara meza.
Bassirou Diomaye Faye: Menya uyu wari imfungwa itazwi ugiye kuba perezida wa mbere muto watowe muri Afurika
Bassirou Diomaye Faye yitezwe kuba perezida wa mbere muto mu myaka ku mugabane w'Afurika utowe mu buryo bwa demokarasi.
Ibiganiro bya radiyo
Ivyo BBC Gahuza ibahitiramwo
Kwubaka uruhome ku mipaka ya DR Congo n'Urwanda 'sinibaza ko hari ico vyomara' – Tshisekedi
Perezida Félix Tshisekedi wa DR Congo avuga ko ata mugambi reta yiwe ifise wo kwubaka uruhome rugabura igihugu ciwe n’ibihugu bihana urubibe nayo vyagirizwa ko biteje ingorane.
Ese Museveni yegereje intebe ye Muhoozi cyangwa yamwigijeyo? Icyo umuvugizi w'ingabo abivugaho
Kugira Jenerali Muhoozi umugaba w’ingabo byatumye benshi bibaza niba se, Yoweri Museveni, agamije kumwegereza intebe ye, cyangwa se guhagarika ibyifuzo by’umuhungu we.
PSD na PL amashyaka abiri 'akomeye' yemeje Kagame nk'umukandida wayo, ibi bivuze iki?
PL na PSD ni amwe mu mashyaka macye amaze imyaka iri hejuru ya 30 akorera mu Rwanda, aheruka gutanga abakandida perezida mu matora mu 2010.
‘Nirutse isiganwa rigoye kurusha ayandi’ ngo mbere urugero abagore ku isi
Jasmin yageze ku murongo usoza isiganwa nyuma y’amasaha hafi 60 yiruka asiganwa ahantu hagoye cyane.
Israel-Gaza: Umunyamabanga mukuru wa Onu atera akamo ko intambara ihagarara ubwo nyene
Umunyamabanga mukuru wa Onu, Antonio Guterres, yateye akamo ko intambara zihagara muri gaza.
CNL Burundi: Rwasa yatswe umugambwe, ivyiwe vyoba bigiye birangira?
Si bwo bwa mbere Agathon Rwasa yatswe umugambwe, ariko ivyabaye muri kahise vyerekana ko bamwaka izina gusa, we akagumana abanyamugambwe. None ubu ni ko bizogenda?
Paola Marra: Mbere yo gufashwa kurangiza ubuzima bwe uyu mugore yasize ubutumwa bukomeye
Kugeza ubu amategeko mu Bwongereza, mu Rwanda, mu Burundi, n’ahandi henshi ku isi ntiyemerera abantu gusaba ubufasha bw’abaganga ngo bapfe.
BBC Gahuza LIVE RADIO
Umva ibiganiro vya BBC Gahuza ikibiriraho (live) kuwa mbere gushika ku gatanu isaha 1730 GMT, no kuwa gatandatu 0600 GMT & 0900 GMT no kuwa Mungu 0630 GMT & 1600 GMT.
Video
Imikino
Podcasts
Amajwi, Podcast: Imvo n'Imvano
Ikiganiro mpaka ku bibazo bitandukanye
Amajwi, Podcast: Ikiganiro cy’abagore
Ikiganiro cy’abagore
Amajwi, Podcast: Amakuru ya BBC Gahuzamiryango
Amakuru y'akarere na mpuzamakungu mutegurirwa na BBC Gahuzamiryango
Amajwi, Podcast: Ikinamico Urunana
Teramana na BBC Gahuzamiryango mu kinamico Urunana
Amajwi, Podcast: Baza Muganga
Mubaza ibibazo mufise ku vy'amagara, Muganga akabaha inyishu kuri BBC Gahuzamiryango