BBC News, Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro
Inkuru iri kw'isonga
"Ikibanza cacu si mu gasho, mu buhungiro canke mw’itongo ry’abapfuye" - Abahuza ibitsina n'abo babisangiye
Nick Arnaud Giriyuja, umusore w’umurundi w’imyaka 25, aba i Buruseri mu Bubirigi , yabwiye BBC Gahuzamiryango ko yahunze igihugu c’Uburundi mu 2018 kubera guhuza ibitsina n'abo babisangiye.
Urubanza rwaciwe na ICJ ku kirego ca genoside Afrika y'Epfo yagiriza Israel rusigura iki?
Amajambo ya sentare mpuzamakungu y'ubutungane (ICJ) yarihwejwe cane kuva igihugu ca Afrika y'Epfo gishikirije ikirego caco, bishingiye kw'ikoreshwa ry'ijambo "plausible" [bishoboka] mu guca urwo rubanza.
Rurangiranwa mu muziki John Frog yahoze ari umugwanyi wa SPLA akiri umwana
Frog avuga ko kuva kera yakunda umuziki kandi ko no mw'ishamba yumviriza umuziki kavukire.
Amajwi, Imvo n'imvano: Ibitekerezo ku biganiro byo kwibuka imyaka 30 irangiye habaye jenoside mu RwandaUmwanya bimara, 59,00
Ibyo biganiro byavuga ku bafashwe ku ngufu mu gihe ca genoside, abafashijwe n'imiryango gusubira kwiyubaka n'abana bavutse mu gihe cya genoside ubu bafite imyaka 30.
Rwanda -Amatora: Kagame yatanze kandidatire ye ngo yiyamamaze ku nshuro ya kane
Kwakira abasaba kuba abakandida ku mwanya wa perezida wa Repubulika cyangwa depite mu Rwanda cyatangiye uyu munsi, kizamara hafi ibyumweru bibiri.
'Rap ni yo banyitirira ariko nkora byose' – Menya Padiri 'udasanzwe' Jean-François Uwimana
Uyu Padiri ufite n'umukandara w'umukara muri karate, avuga ko bamwe mu bahanzi yafatiyeho urugero mu muziki we ari Rick Ross na Garou.
Umukuru w'igisirikare ca OTAN: ‘Igitero c’Uburusiya i Kharkov ntaco kizoshikako’
Jenerali Christopher Cavoli ati: “Ndavugana cane na bagenzacu ba Ukraine kandi ndizeye neza ko bafise ibintu mu minwe”.
Umugabo wabuze mu myaka 26 ishize yabonetse ari muzima muri ‘cave/basement’ y’umuturanyi
Omar yabwiye abategetsi ko atigeze abasha gutabaza kuko uwamushimuse yari yaramwumvishisje ko “yahanzweho na sekibi”.
Abahanga bashobora kuba batahuye iyobera rya 'pyramides' zo mu Misiri
Abahanga muri siyansi bavuga ko izo nyubako z'imisusire y'umutemeri nyamigongo zishobora kuba zarubatswe mu nkengero y'ishami ry'uruzi rwa Nili ubu ryakamye.
‘Iyo abagabo baganiriye, ibintu birasobanuka’ – Cardinal Ambongo
Kardinali Ambongo yagiye yumvikana anenga uko ubutegetsi bwa Kinshasa bukemura ikibazo cy’intambara mu burasirazuba bwa Congo.
Umugabo yabwiwe ko atari Umwongereza inyuma y'imyaka 42 aba muri ico gihugu
Nelson Shardey ubu ashobora kurindira imyaka 10 kugura yemererwe kuba mu Bwongereza mu buryo ntayegayezwa kandi ivyo vyomusaba ibihumbi vy'amapawundi (amafaranga y'Ubwongereza).
Umumenyeshamakuru Ahmadi Radjabu w’Akeza.net ubu aridegemvya nyuma yo kurekurwa n'iperereza mu Burundi
Ahmadi Radjabu yahagaritswe mw’ijoro ryo ku wa kabiri Rusama ariko afata amasanamu akoresheje akadege katagira umudereva kw'isoko ya Ruvumera yari yadutsemwo umuriro.
Ibiganiro bya radiyo
Ivyo BBC Gahuza ibahitiramwo
Kubera iki Stevie Wonder yanezerewe cane no guhabwa ubwenegihugu bwa Ghana?
Inyuma y’imyaka myinshi yiyumvamwo igihugu ca Ghana, ico camamare mu muziki yaronse ubwenegihugu bwa Ghana.
Amakungu yari ‘yatwawe n’agatiro’ igihe Uburusiya bukora igitero gishasha kuri Ukraine
Igitero c’Uburusiya mu ntara ya Kharkiv muri Ukraine cari citezwe, none ni kubera iki Ukraine yananiwe no kukizibira?
Al-Nakba: Ni igiki cabaye mu 1948, kubera iki abanya-Palestina bacita ‘Akaga’?
Uko umwaka utashe ku wa 15 z’ukwa gatanu, Abanya-Palestina kw’isi yose bama bibuka ikizwi nka al-Nakba, bisigura “akaga”, mu kwibuka igihe bata izabo bakaba impunzi, ubuzima bakirimwo gushika ubu.
Rwanda: Ubucamanza mpuzamahanga bwarangije guhiga abakekwa gukora jenoside – 2 bari bagishakishwa 'barapfuye'
Umushinjacyaha w'urwego rwashakishaga aba baregwa jenoside yavuze ko yishimiye ko akazi kabo "kageze ku iherezo ryiza", abo bahigaga bose bamenye ibyabo.
'Umunsi w'icyunamo' – i Goma barashyingura impunzi 35 zishwe n'ibisasu byarashwe ku nkambi ya Mugunga
Gushyingura aba bantu, biganjemo abagore n’abana, byagombaga kuba ku cyumweru ariko byigizwayo kuko imirimo yo gutegura aho bazashyingurwa yari itararangira.
Ali Bongo 'mu myigaragambyo yo kwiyicisha inzara' kubera gukorerwa iyicarubozo – Abanyamategeko
Abanyamategeko b'umuryango wa Ali Bongo bavuze ko we n'abo mu muryango we bahisemo kwiyicisha inzara kuko hashize amezi "barambuwe ubwisanzure" n'"uburenganzira bw'ibanze".
DR Congo: 'Igisubizo cya gisirikare ni cyo gisubizo dushaka' – Muyaya
Ibihugu bitandukanye, imiryango itegamiye kuri leta, n'abantu batandukanye, bagiye bavuga ko inzira y'ibiganiro ari yo gusa yakemura ikibazo cy'iyi ntambara.
BBC Gahuza LIVE RADIO
Umva ibiganiro vya BBC Gahuza ikibiriraho (live) kuwa mbere gushika ku gatanu isaha 1730 GMT, no kuwa gatandatu 0600 GMT & 0900 GMT no kuwa Mungu 0630 GMT & 1600 GMT.
Video
Imikino
Podcasts
Amajwi, Podcast: Imvo n'Imvano
Ikiganiro mpaka ku bibazo bitandukanye
Amajwi, Podcast: Ikiganiro cy’abagore
Ikiganiro cy’abagore
Amajwi, Podcast: Amakuru ya BBC Gahuzamiryango
Amakuru y'akarere na mpuzamakungu mutegurirwa na BBC Gahuzamiryango
Amajwi, Podcast: Ikinamico Urunana
Teramana na BBC Gahuzamiryango mu kinamico Urunana
Amajwi, Podcast: Baza Muganga
Mubaza ibibazo mufise ku vy'amagara, Muganga akabaha inyishu kuri BBC Gahuzamiryango